Ingia / Jisajili

Dawe Wa Twese

Mtunzi: Ndikumwenayo Roméon
> Mfahamu Zaidi Ndikumwenayo Roméon

Makundi Nyimbo: Anthem | Kristu Mfalme | Misa

Umepakiwa na: Ndikumwenayo Roméon

Umepakuliwa mara 0 | Umetazamwa mara 0

Download Nota Download Midi
Maneno ya wimbo

Dawe wa twese uri mw'ijuru

Izina ryawe ni rininahazwe ubwami bwawe nibuze ivyushaka nibigirwe kw'isi nko mw'ijuru. Uduh'ivyo kurya bidukwiy'uyu musi. Uturekurire ibicumuro vyacu nkuko natwe turakengura abatugiriye nabi. Ntudutererane ibitwosha nabi yamara udukize akabi


Maoni - Toa Maoni

Hakuna maoni kwenye wimbo huu

Toa Maoni yako hapa