Ingia / Jisajili

Imana Izohezagira Intara Yayo

Mtunzi: S. Evariste
> Mfahamu Zaidi S. Evariste
> Tazama Nyimbo nyingine za S. Evariste

Makundi Nyimbo: Mafundisho / Tafakari | Zaburi

Umepakiwa na: nyampinga Evagos

Umepakuliwa mara 9 | Umetazamwa mara 14

Download Nota
Maneno ya wimbo

R/ Imana izohezagira intara yayo iyigabire (Imana) iyigabire (Imana) iyigabire amahoro X2.

1) hereze Umukama Bana b'Imana mwese ikaze niteka ( hereze) heruz'umukam'ikaze rikwiye izina ryiwe ryeranda ( hereze) hereze Umukama mungoro kandi nyeranda. 

2) Akamo k'Umukama kasiriye kumazi, Umukama yasiriye kumazi menshi, ijwi ry'umukama rirakoleye ijwi ry'umukama rirarenga!!!





Maoni - Toa Maoni

Hakuna maoni kwenye wimbo huu

Toa Maoni yako hapa