Ingia / Jisajili

Reka Nshime

Mtunzi: S. Evariste
> Mfahamu Zaidi S. Evariste
> Tazama Nyimbo nyingine za S. Evariste

Makundi Nyimbo: Mafundisho / Tafakari | Shukrani

Umepakiwa na: nyampinga Evagos

Umepakuliwa mara 1 | Umetazamwa mara 0

Download Nota
Maneno ya wimbo

R/ Reka nshimir'iyo mana Nya Mana urukundo rwayo n'agakurax2

1)iyo ndushe irandons'agahengwe, mburaniwe niy'inyerek'inzira.+R

2) yarankuye mumubasha bw'umwiza, inshira muruhongore rwabayo.+R

3)yarankunze urukundo rurenze, nirwo rumbeshejeho+R

4)yarambungabungiy'umuryango, butagir'inenge.+R

5)Nzoyag'Imana ya Abraham, Iman'idhemuka n'iganze.+R

6)Nind'atoyag'ububwiza bw'iyo mvyeyi, kukw'ahongez'ariy'ihangejeje+R


Maoni - Toa Maoni

Hakuna maoni kwenye wimbo huu

Toa Maoni yako hapa